Sign up to save your podcastsEmail addressPasswordRegisterOrContinue with GoogleAlready have an account? Log in here.
FAQs about ZeKrtvBible:How many episodes does ZeKrtvBible have?The podcast currently has 36 episodes available.
March 18, 2026IMPAMVU 5 ZATUMYE AZA GUPFA - UMUSI WA 1YAJE KUGIRA AHE UBUGINGO BUDASHIRAABAMWIZERA.www.wewenawewe.comSupport the show...more3minPlay
March 18, 2026IMPAMVU 5 ZATUMYE AZA GUPFA - UMUSI WA 3YAJE GUKURAHO URUBANZA RWADUTSINDA RW'ICAHA.www.wewenawewe.comSupport the show...more3minPlay
March 18, 2026IMPAMVU 5 ZATUMYE AZA GUPFA - UMUSI WA 2YAJE KUGIRA ATUBERE INZIRA ISHIKA KU MANA.www.wewenawewe.comSupport the show...more3minPlay
March 04, 20262 Korinto 4:17-18 | InspiringWednesday17. Kuko imibabaro yacu naho ari mito kandi yâakanya gato, ituzanira ubwiza bwâakaburarugero kandi buzokwamaho. 18. None rero ntiduhanga amaso ku biboneka vyâabâiki gihe, ariko tuyahanga ku bitaboneka, kuko ibiboneka ari ivyâakanya gato, ariko ibitaboneka bizokwamaho ibihe vyose. - 2 Korinto 4:17-18Support the show...more3minPlay
February 25, 20261 Ab'i Tesalonike 5:18 | Inspiring Wednesday'mwame mukenguruka muri vyose, kukw ico ari co Imana ibagombako muri Kristo Yesu. ' 1 Abâi Tesalonike 5:18 RUN1967Support the show...more2minPlay
February 18, 2026Ab'i Filipi 4:6-7 | InspiringWednesday6. Ntimugire ico mwiganyira, ariko muri vyose ivyo mugomba bimenyeshwe Imana, mu gusenga no mu kwinginga bifatanije no gukenguruka.7. Mazâ amahoro yâImana aruta uko yomenywa nâumuntu wese, azoshibamira imitima yanyu nâivyiyumviro vyanyu muri Kristo YesuSupport the show...more3minPlay
February 11, 2026Zaburi 121 | InspiringWednesday1. Ndunamurira amaso yanje ku misozi:Ugutabarwa kwanje kuzova hehe?2. Ugutabarwa kwanje kuva kâ Uhoraho Yaremye ijuru nâisi.3. Ntazokundira ibirenge vyawe ko bitirimuka, ĆȘkuzigama ntazohunyiza.4. Mbere, Ć«zigama Abisirayeli Ntazohunyiza kandi ntazosinzira.5. Uhoraho ni we muzigamyi wawe, Uhoraho ni we gitĆ«tu cawe i buryo bgawe.6. Izuba ntirizokwica ku murango, Cankâ ukwezi mw ijoro.7. Uhoraho azokurinda ikibi cose; Ni we azozigama ubugingo bgawe.8. Uhoraho azokuzigama mu maja no mu maza, Uhereye none, ugashitsa ibihe bidashira.Support the show...more2minPlay
February 04, 2026Abaheburayo 4:15 | Inspiring Wednesday15.Kukâ umuherezi mukuru dufise, atarâ Ć«dashobora kubabarana natwe mu ntege nke zacu, ariko nâuwageragejwe uburyo bgose nkatwe, yamara we nta caha yakoze. '@ZeKrtvBibleSupport the show...more3minPlay
January 28, 2026Abâi Filipi 2:5-7 | Inspiring Wednesday5.Mugire wa mutima muri mwebge wari muri Kristo Yesu. 6.Uwo, naho yarâ asanganywe ishusho yâImana, ntiyiyumviriye yuko kuringanira nâImana arâ ikintu co kwumirako: 7.ariko yÄ«siga ubusa, yÄbÄ«ra ishusho yâumugurano, acika Ć«sa nâabantu.@ZeKrtvBibleSupport the show...more3minPlay
January 22, 2026Yohana 10:10 | Inspiring WednesdayIgisuma ntikizanwa nâikindi, atarâ ukwiba, nâukwica, nâugutikiza; nanje jeho nazanywe no kugira ngo zironke ubugingo, kandi ngo ziburonke busÄgutse. @ZeKrtvBibleSupport the show...more2minPlay
FAQs about ZeKrtvBible:How many episodes does ZeKrtvBible have?The podcast currently has 36 episodes available.